Imigani 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umviriza mwananje, indero ya so wawe+, kandi ntuhebe itegeko rya nyoko wawe+. Abakolosayi 3:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yemwe bana, mugamburukire+ abavyeyi banyu muri vyose, kuko ivyo bihimbaye rwose mu Mukama.