ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 12:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Yehova abonekera Aburamu maze avuga ati: “Uruvyaro* rwawe+ ngiye kuruha iki gihugu+.” Inyuma y’ivyo ahubakira igicaniro Yehova, uwari yamubonekeye.

  • Itanguriro 28:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Izoguha umuhezagiro wa Aburahamu+, wewe n’uruvyaro rwawe+, kugira wigarurire igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, ico Imana yahaye Aburahamu+.”

  • Zaburi 105:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Akavuga ati: “Nzoguha igihugu ca Kanani+

      Kibe wo mugabane w’intoranwa yanyu+.”

  • Ivyakozwe 7:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Yamara nta tongo ry’intoranwa yamuhaye muri co, oya, habe n’ahangana n’ubwaguke bw’ikirenge+; mugabo yasezeranye kukimuha ngo kimubere inyegu+, kandi hanyuma yiwe gihabwe uruvyaro rwiwe+, kandi ata mwana yari bwagire+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika