Itanguriro 24:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kandi Rebeka yari afise musazawe, akaba yitwa Labani+. Nuko Labani ariruka aja kuri nya mugabo aho yari hanze kw’isôko.
29 Kandi Rebeka yari afise musazawe, akaba yitwa Labani+. Nuko Labani ariruka aja kuri nya mugabo aho yari hanze kw’isôko.