Itanguriro 31:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Iyi ibaye imyaka mirongo ibiri ndi mu nzu yawe. Nagukoreye imyaka cumi n’ine ku bw’abakobwa bawe babiri, n’imyaka itandatu ku bw’umukuku wawe, kandi wahinduye impembo yanje incuro cumi+. Itanguriro 34:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nimuduze cane amahera y’inkwano be n’ingabirano nsabwa+, nanje nditeguriye gutanga ivyo mwombwira vyose; mumpe gusa uwo mwigeme ambere umugore.”
41 Iyi ibaye imyaka mirongo ibiri ndi mu nzu yawe. Nagukoreye imyaka cumi n’ine ku bw’abakobwa bawe babiri, n’imyaka itandatu ku bw’umukuku wawe, kandi wahinduye impembo yanje incuro cumi+.
12 Nimuduze cane amahera y’inkwano be n’ingabirano nsabwa+, nanje nditeguriye gutanga ivyo mwombwira vyose; mumpe gusa uwo mwigeme ambere umugore.”