Itanguriro 30:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko avuga ati: “Ng’uyu umushumbakazi wanje Biluha+. Nuryamane na we, kugira yibarukire ku mavi yanje no kugira na jewe ndamuronkeko abana+.” Itanguriro 35:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nuko mu gihe Isirayeli yari acumbitse+ muri ico gihugu, igihe kimwe Rubeni aragenda aryamana na Biluha incoreke ya se wiwe, maze Isirayeli aravyumva+. Abahungu ba Yakobo rero bari cumi na babiri.
3 Nuko avuga ati: “Ng’uyu umushumbakazi wanje Biluha+. Nuryamane na we, kugira yibarukire ku mavi yanje no kugira na jewe ndamuronkeko abana+.”
22 Nuko mu gihe Isirayeli yari acumbitse+ muri ico gihugu, igihe kimwe Rubeni aragenda aryamana na Biluha incoreke ya se wiwe, maze Isirayeli aravyumva+. Abahungu ba Yakobo rero bari cumi na babiri.