Gusubira mu vyagezwe 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Umugabo niyagira abagore babiri, umwe akundwa uwundi yankwa, maze bompi, uwukundwa be n’uwankwa, bakamuvyarira abahungu, umuhungu w’imfura akaba uw’uyo yankwa+,
15 “Umugabo niyagira abagore babiri, umwe akundwa uwundi yankwa, maze bompi, uwukundwa be n’uwankwa, bakamuvyarira abahungu, umuhungu w’imfura akaba uw’uyo yankwa+,