25 Ariko ku musi ugira gatatu, bacumva ububabare+, ba bahungu babiri ba Yakobo, Simeyoni na Lewi+, basaza ba Dina+, umwumwe wese muri bo afata inkota yiwe, bagenda mu gisagara ata wubicura, batangura kwica uw’igitsina-gabo wese+.
16 Kandi aya ni yo mazina ya bene Lewi+, hisunzwe imiryango bakomokamwo+: Gerishoni na Kohati na Merari+. Kandi imyaka y’ubuzima bwa Lewi yabaye ijana na mirongo itatu n’indwi.