Itanguriro 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ku bw’ivyo Sarayi abwira Aburamu ati: “Ehe rero ndakwinginze! Yehova ntiyankundiye ko mvyara abana+. Ndakwinginze, uryamane n’umusukukazi wanje. Hari aho nomuronkako abana+.” Nuko Aburamu yumviriza ijwi rya Sarayi+. Itanguriro 50:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Nuko Yozefu abona bene Efurayimu b’iyaruka rigira gatatu+, abona n’abahungu ba Makiri+, umuhungu wa Manase. Bavukiye ku bibero vya Yozefu+. Rusi 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Maze abagore bari ababanyi+ biwe bamuha izina, mu kuvuga bati: “Nawomi avyariwe umuhungu.” Nuko bamwita Obedi+. Ni we se wa Yese+, se wa Dawidi.
2 Ku bw’ivyo Sarayi abwira Aburamu ati: “Ehe rero ndakwinginze! Yehova ntiyankundiye ko mvyara abana+. Ndakwinginze, uryamane n’umusukukazi wanje. Hari aho nomuronkako abana+.” Nuko Aburamu yumviriza ijwi rya Sarayi+.
23 Nuko Yozefu abona bene Efurayimu b’iyaruka rigira gatatu+, abona n’abahungu ba Makiri+, umuhungu wa Manase. Bavukiye ku bibero vya Yozefu+.
17 Maze abagore bari ababanyi+ biwe bamuha izina, mu kuvuga bati: “Nawomi avyariwe umuhungu.” Nuko bamwita Obedi+. Ni we se wa Yese+, se wa Dawidi.