Itanguriro 29:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Leya aribungenga hanyuma avyara umuhungu, amwita Rubeni+, kuko yavuga ati: “Ni kubera yuko Yehova yitegereje amarushwa yanje+, kuko ubu umugabo wanje azotangura kunkunda.”
32 Leya aribungenga hanyuma avyara umuhungu, amwita Rubeni+, kuko yavuga ati: “Ni kubera yuko Yehova yitegereje amarushwa yanje+, kuko ubu umugabo wanje azotangura kunkunda.”