Itanguriro 28:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Kandi ehe ndi kumwe nawe; nzokuzigama mu nzira yose uriko ujana nongere ndakugarukane kuri ubu butaka+, kuko ntazoguta, gushika nkoze koko ivyo nakubwiye+.” Itanguriro 31:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ndi Imana y’ukuri y’i Beteli+, hamwe warobanuza inkingi+ amavuta* hakaba ari na ho wandaganiye indagano+. Ubu haguruka, uve muri iki gihugu, usubire mu gihugu cawe c’amavukiro+.’”
15 Kandi ehe ndi kumwe nawe; nzokuzigama mu nzira yose uriko ujana nongere ndakugarukane kuri ubu butaka+, kuko ntazoguta, gushika nkoze koko ivyo nakubwiye+.”
13 Ndi Imana y’ukuri y’i Beteli+, hamwe warobanuza inkingi+ amavuta* hakaba ari na ho wandaganiye indagano+. Ubu haguruka, uve muri iki gihugu, usubire mu gihugu cawe c’amavukiro+.’”