Itanguriro 12:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu nyuma ava ng’aho aja mu karere k’imisozi mu buseruko bwa Beteli+ maze ashinga ihema ryiwe ku buryo Beteli haherera mu burengero, Ayi+ na ho mu buseruko. Maze yubakira igicaniro Yehova+ ng’aho araheza atangura kwambaza izina rya Yehova+. Itanguriro 35:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Aho hantu Imana yari yavuganiye na we, Yakobo abandanya kuhita Beteli+.
8 Mu nyuma ava ng’aho aja mu karere k’imisozi mu buseruko bwa Beteli+ maze ashinga ihema ryiwe ku buryo Beteli haherera mu burengero, Ayi+ na ho mu buseruko. Maze yubakira igicaniro Yehova+ ng’aho araheza atangura kwambaza izina rya Yehova+.