Itanguriro 28:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko Yakobo avyuka kare mu gitondo, afata rya buye ryari riseguye umutwe wiwe, arishinga bwa nkingi, maze asuka amavuta kw’isonga ryaryo+. Itanguriro 35:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Yakobo ahagarika inkingi aho hantu yari yavuganiye na yo+, inkingi y’ibuye, maze asuka ishikanwa ry’ikinyobwa kuri yo yongera ayisukako amavuta+.
18 Nuko Yakobo avyuka kare mu gitondo, afata rya buye ryari riseguye umutwe wiwe, arishinga bwa nkingi, maze asuka amavuta kw’isonga ryaryo+.
14 Nuko Yakobo ahagarika inkingi aho hantu yari yavuganiye na yo+, inkingi y’ibuye, maze asuka ishikanwa ry’ikinyobwa kuri yo yongera ayisukako amavuta+.