Itanguriro 37:1 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nuko Yakobo abandanya kuba mu gihugu se wiwe yabayemwo ari kavamahanga+, mu gihugu ca Kanani+.