Itanguriro 33:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo amubwira ati: “Umukama wanje arazi ko abana batagira intege be n’uko njejwe intama n’inka vyonsa+; nibabiyobora gihutihuti mu musi umwe, umukuku wose rero urapfa ata kabuza+.
13 Mugabo amubwira ati: “Umukama wanje arazi ko abana batagira intege be n’uko njejwe intama n’inka vyonsa+; nibabiyobora gihutihuti mu musi umwe, umukuku wose rero urapfa ata kabuza+.