Itanguriro 31:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Ariko Labani avyuka kare mu gitondo, asoma+ abana biwe n’abakobwa biwe yongera arabahezagira+. Maze Labani afata inzira kugira asubire ahantu hiwe+.
55 Ariko Labani avyuka kare mu gitondo, asoma+ abana biwe n’abakobwa biwe yongera arabahezagira+. Maze Labani afata inzira kugira asubire ahantu hiwe+.