Itanguriro 3:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko Imana izi yuko umusi nyene mwakiriyeko amaso yanyu azoca yuguruka mugaca mumera nk’Imana, mukamenya iciza n’ikibi+.” Abafilipi 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uyo naho yari ameze nk’Imana+, ntiyiyumviriye kunyaga ubukuru, ngo arondere kungana n’Imana+.
5 Kuko Imana izi yuko umusi nyene mwakiriyeko amaso yanyu azoca yuguruka mugaca mumera nk’Imana, mukamenya iciza n’ikibi+.”