Itanguriro 27:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Ubu rero mwananje, umviriza ijwi ryanje uhaguruke+, uhungire kwa Labani musazanje i Harani+. Itanguriro 28:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Haguruka, ugende i Padani-aramu ku nzu ya Betuweli se wa nyoko wawe, urondere umugore mu bakobwa ba Labani musaza wa nyoko wawe+.
2 Haguruka, ugende i Padani-aramu ku nzu ya Betuweli se wa nyoko wawe, urondere umugore mu bakobwa ba Labani musaza wa nyoko wawe+.