Itanguriro 31:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Iyi ibaye imyaka mirongo ibiri ndi mu nzu yawe. Nagukoreye imyaka cumi n’ine ku bw’abakobwa bawe babiri, n’imyaka itandatu ku bw’umukuku wawe, kandi wahinduye impembo yanje incuro cumi+.
41 Iyi ibaye imyaka mirongo ibiri ndi mu nzu yawe. Nagukoreye imyaka cumi n’ine ku bw’abakobwa bawe babiri, n’imyaka itandatu ku bw’umukuku wawe, kandi wahinduye impembo yanje incuro cumi+.