Itanguriro 27:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 Ariko Esawu abikira akazikira Yakobo kubera umuhezagiro se wiwe yari yamuhezagiye+, kandi Esawu aguma avuga mu mutima wiwe+ ati: “Imisi y’ikiringo co kugandarira dawe iriko iregereza+. Inyuma y’aho, nzokwica Yakobo mwene wacu+.” Zaburi 112:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umutima wiwe ntushobora kunyiganyizwa+; ntazotinya+,ע [ʽAyini]Gushika yitegereje abarwanizi biwe+. Imigani 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umuvukanyi agabitanijweko aruta igisagara gikomeye+; kandi hariho amahane ameze nk’igihindizo c’umunara wo kubamwo+.
41 Ariko Esawu abikira akazikira Yakobo kubera umuhezagiro se wiwe yari yamuhezagiye+, kandi Esawu aguma avuga mu mutima wiwe+ ati: “Imisi y’ikiringo co kugandarira dawe iriko iregereza+. Inyuma y’aho, nzokwica Yakobo mwene wacu+.”
19 Umuvukanyi agabitanijweko aruta igisagara gikomeye+; kandi hariho amahane ameze nk’igihindizo c’umunara wo kubamwo+.