ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 33:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ariko Yakobo avuga ati: “Oya, ndakwinginze. Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe+, niwakire ingabirano yanje mu kuboko kwanje. Nayizanye kugira nshobore kubona mu maso hawe. Kandi nahabonye nk’aho mbonye mu maso h’Imana, kuko wanyakiranye agahimbare+.

  • Imigani 18:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Ingabirano y’umuntu izomutābururira inzira+, kandi izomuyobora imushikane n’imbere y’abantu bahambaye+.

  • Abaroma 12:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Mugabo, “nimba umwansi wawe ashonje, mugaburire; nimba anyotewe, muhe ico anywa+; kuko niwagira ivyo uzoba umurunze amakara yaka ku mutwe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika