Itanguriro 33:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Aca avuga ati: “Iyo kambi y’ingenzi yose twahuye wayirungikiye iki+?” Na we ati: “Ni ukugira ngo ngire ubutoni mu maso y’umukama wanje+.” Matayo 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ehe ndabatumye muri nk’intama mu mabingira hagati+; mwiyubare rero nk’inzoka+ yamara mube intungane nk’inuma+.
8 Aca avuga ati: “Iyo kambi y’ingenzi yose twahuye wayirungikiye iki+?” Na we ati: “Ni ukugira ngo ngire ubutoni mu maso y’umukama wanje+.”
16 “Ehe ndabatumye muri nk’intama mu mabingira hagati+; mwiyubare rero nk’inzoka+ yamara mube intungane nk’inuma+.