Zaburi 133:1 Bibiliya y’isi nshasha 133 Raba! Ese ukuntu ari vyiza kandi bihimbayeKo abavukana babana mu bumwe+! Imigani 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 nugire uku rero mwananje, wirokore, kuko wakorokeye mu kiganza ca mugenzawe+: Genda wicishe bugufi, uzigitīre mugenzawe+.
3 nugire uku rero mwananje, wirokore, kuko wakorokeye mu kiganza ca mugenzawe+: Genda wicishe bugufi, uzigitīre mugenzawe+.