16 Abarubeni+ n’Abagadi na bo nabahaye kuva i Gileyadi+ gushika ku mwonga wa Arunoni, hagati na hagati mu mwonga hakaba ari rwo rubibe, no gushika i Yaboki, umwonga w’urubibe rwa bene Amoni+;
13 Nuko umwami wa bene Amoni abwira izo ntumwa za Yefuta ati: “Ni kubera yuko Isirayeli yantwaye igihugu igihe baduga bavuye mu Misiri+, guhera kuri Arunoni+ gushika kuri Yaboki no gushika kuri Yorodani+. Ubu rero gisubize ku neza.”