1 Ngoma 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Yabezi atangura kwambaza Imana+ ya Isirayeli ati: “Niwampezagira ata kabuza+, ukagura koko akarere kanje+ kandi ukuboko kwawe+ kukaba vy’ukuri kumwe nanje, ukongera ukandinda koko ivyago+, kugira ngo ntibingirire nabi+, . . .” Nuko Imana ishitsa ivyo yari yasavye+. Zaburi 115:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Yehova ubwiwe yatwibutse; azohezagira+,Azohezagira inzu ya Isirayeli+,Azohezagira inzu ya Aroni+. Hoseya 12:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yagumye anyinyana n’umumarayika, amaherezo aranesha+. Yararize, kugira ngo yisabire ubutoni+.” Imana yamusanze i Beteli+, maze ivuganira na we ng’aho+.
10 Nuko Yabezi atangura kwambaza Imana+ ya Isirayeli ati: “Niwampezagira ata kabuza+, ukagura koko akarere kanje+ kandi ukuboko kwawe+ kukaba vy’ukuri kumwe nanje, ukongera ukandinda koko ivyago+, kugira ngo ntibingirire nabi+, . . .” Nuko Imana ishitsa ivyo yari yasavye+.
4 Yagumye anyinyana n’umumarayika, amaherezo aranesha+. Yararize, kugira ngo yisabire ubutoni+.” Imana yamusanze i Beteli+, maze ivuganira na we ng’aho+.