Abacamanza 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ava ng’aho arabandanya, aduga i Penuweli+, ababwira nk’ukwo nyene, ariko abagabo b’i Penuweli bamwishura nk’uko abagabo b’i Sukoti bari bishuye. 1 Abami 12:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yerobowamu yubaka Shekemu+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu maze abayo. Hanyuma aragenda ava ng’aho, yubaka Penuweli+.
8 Ava ng’aho arabandanya, aduga i Penuweli+, ababwira nk’ukwo nyene, ariko abagabo b’i Penuweli bamwishura nk’uko abagabo b’i Sukoti bari bishuye.
25 Yerobowamu yubaka Shekemu+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu maze abayo. Hanyuma aragenda ava ng’aho, yubaka Penuweli+.