ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 16:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mu nyuma umumarayika wa Yehova+ amusanga kw’isôko ry’amazi mu gahinga, kw’isôko ryo ku nzira ija i Shuri+.

  • Itanguriro 16:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nuko atangura kwambaza izina rya Yehova, uwariko avugana na we, ati: “Uri Imana ibona*+,” kuko yavuze ati: “Mbega ng’aha naravye vy’ukuri uwumbona?”

  • Abacamanza 6:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Gideyoni atahura rero ko yari umumarayika wa Yehova+.

      Gideyoni aca avuga ati: “Ndagowe, Mukama Segaba Yehova, kuko mbonye umumarayika wa Yehova amaso mu yandi+!”

  • Yohani 1:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Nta muntu n’umwe yigeze kubona Imana+; wa mwana w’ikinege*+ ari mu gikiriza+ ca Se ni we yayisiguye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika