Itanguriro 14:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Gutyo Aburamu yumva ko incuti yiwe yari yagizwe imbohe+. Araheza akoranya abantu biwe bamenyerejwe+, abashumba amajana atatu na cumi n’umunani bavukiye mu rugo rwiwe+, maze akurikira bene gutera, gushika i Dani+. Itanguriro 32:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mu nyuma izo ntumwa zigaruka kuri Yakobo, zivuga ziti: “Twashitse kuri mwene wanyu Esawu, kandi na we nyene ari mu nzira aza guhura nawe, ari kumwe n’abagabo amajana ane+.”
14 Gutyo Aburamu yumva ko incuti yiwe yari yagizwe imbohe+. Araheza akoranya abantu biwe bamenyerejwe+, abashumba amajana atatu na cumi n’umunani bavukiye mu rugo rwiwe+, maze akurikira bene gutera, gushika i Dani+.
6 Mu nyuma izo ntumwa zigaruka kuri Yakobo, zivuga ziti: “Twashitse kuri mwene wanyu Esawu, kandi na we nyene ari mu nzira aza guhura nawe, ari kumwe n’abagabo amajana ane+.”