ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 32:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ndagusavye undokore+ mu kuboko kwa mwene wacu, mu kuboko kwa Esawu, kuko ndamutinya, nkaba ntinya ko yoza maze akanterana+ n’abana na ba nyina.

  • Itanguriro 32:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Muravuge kandi muti: ‘Ehe umusavyi wawe Yakobo ari inyuma yacu+.’” Kuko yibwira ati: “Hari aho nomuhoyahoyesha iyi ngabirano igiye imbere yanje+, maze mu nyuma nkabona mu maso hiwe. Hari aho yonyakirana ubuntu+.”

  • Yobu 33:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Azokwinginga Imana ngo ihimbarwe na we+,

      Azobona mu maso hayo n’akaruru k’umunezero,

      Na yo izosubiza ubugororotsi bwayo umuntu buntu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika