21 baze basohore nya mukobwa ku bwinjiriro bw’inzu ya se, maze abagabo bo mu gisagara c’iwabo bamutere amabuye apfe, kuko yakoze ubusazi bw’agaterasoni+ muri Isirayeli mu gukorera ubumaraya mu nzu ya se+. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi hagati yawe+.