Itanguriro 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Uw’igitsina-gabo wese wo muri mwebwe amaze imisi umunani abwirizwa kugenyerwa+, nk’uko amayaruka yanyu ari, umuntu wese yavukiye mu nzu yawe n’umuntu wese yaguzwe amahera ku munyamahanga uwo ari we wese atari uwo mu ruvyaro rwawe. Abaroma 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi yararonse ikimenyetso+, ni co kugenyerwa, bwa kidodo c’ubugororotsi bivuye ku kwizera yari afise igihe atari bwagenyerwe, kugira abe se+ w’abari n’ukwizera bose+ ataragenyerwa, kugira ngo baharurweko ubugororotsi;
12 Uw’igitsina-gabo wese wo muri mwebwe amaze imisi umunani abwirizwa kugenyerwa+, nk’uko amayaruka yanyu ari, umuntu wese yavukiye mu nzu yawe n’umuntu wese yaguzwe amahera ku munyamahanga uwo ari we wese atari uwo mu ruvyaro rwawe.
11 Kandi yararonse ikimenyetso+, ni co kugenyerwa, bwa kidodo c’ubugororotsi bivuye ku kwizera yari afise igihe atari bwagenyerwe, kugira abe se+ w’abari n’ukwizera bose+ ataragenyerwa, kugira ngo baharurweko ubugororotsi;