Itanguriro 15:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+: Gusubira mu vyagezwe 34:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze Yehova amubwira ati: “Iki ni co gihugu narahiye Aburahamu, Izahaki na Yakobo, nti: ‘Uruvyaro* rwawe ni rwo nzogiha+.’ Ndakikweretse ngo ukibone n’amaso yawe bwite, kuko utazojabuka ngo ujeyo+.”
18 Kuri uwo musi Yehova agirana na Aburamu isezerano+, avuga ati: “Uruvyaro rwawe nzoruha iki gihugu+, kuva ku ruzi rwa Misiri gushika kuri rwa ruzi runini, uruzi Efurate+:
4 Maze Yehova amubwira ati: “Iki ni co gihugu narahiye Aburahamu, Izahaki na Yakobo, nti: ‘Uruvyaro* rwawe ni rwo nzogiha+.’ Ndakikweretse ngo ukibone n’amaso yawe bwite, kuko utazojabuka ngo ujeyo+.”