Itanguriro 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Ndi kavamahanga n’inyambukira muri mwebwe+. Nimumpe iwanyu itongo ryo guhambamwo nigabira kugira mpambe umupfu wanje ave mu maso yanje+.” Itanguriro 28:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Izoguha umuhezagiro wa Aburahamu+, wewe n’uruvyaro rwawe+, kugira wigarurire igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, ico Imana yahaye Aburahamu+.” Abaheburayo 11:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kubera ukwizera, yabayeho ari kavamahanga mu gihugu yahaweko umuhango nko mu gihugu co mu mahanga+, abana mu mahema+ na Izahaki+ na Yakobo+, abasangiye na we kuba ba samuragwa ba nya muhango nyene+.
4 “Ndi kavamahanga n’inyambukira muri mwebwe+. Nimumpe iwanyu itongo ryo guhambamwo nigabira kugira mpambe umupfu wanje ave mu maso yanje+.”
4 Izoguha umuhezagiro wa Aburahamu+, wewe n’uruvyaro rwawe+, kugira wigarurire igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, ico Imana yahaye Aburahamu+.”
9 Kubera ukwizera, yabayeho ari kavamahanga mu gihugu yahaweko umuhango nko mu gihugu co mu mahanga+, abana mu mahema+ na Izahaki+ na Yakobo+, abasangiye na we kuba ba samuragwa ba nya muhango nyene+.