Itanguriro 30:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Rasheli amaze kwibaruka Yozefu, Yakobo aca abwira Labani ati: “Ndungika ngende ahantu hanje mu gihugu canje+. Itanguriro 46:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Abahungu ba Rasheli+ umugore wa Yakobo, bari Yozefu+ na Benyamini+.
25 Rasheli amaze kwibaruka Yozefu, Yakobo aca abwira Labani ati: “Ndungika ngende ahantu hanje mu gihugu canje+.