Itanguriro 47:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Maze Farawo abwira bene wabo ati: “Mukora akazi nyabaki+?” Nuko babwira Farawo bati: “Abasavyi bawe turi abungere b’intama+, twebwe na ba sogokuruza bacu+.”
3 Maze Farawo abwira bene wabo ati: “Mukora akazi nyabaki+?” Nuko babwira Farawo bati: “Abasavyi bawe turi abungere b’intama+, twebwe na ba sogokuruza bacu+.”