Abalewi 5:1 Bibiliya y’isi nshasha 5 “‘Mu gihe na ho umuntu+ acumuye mu kuba yumvise imivumo+ ivuzwe icese, akaba ari icabona canke yabibonye canke yabimenye, natabimenyesha+, azotegerezwa kwishura ikosa ryiwe. 1 Samweli 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Oya+, bane banje, kuko inkuru numva atari nziza, iyo abantu ba Yehova bariko barakwiragiza+. Yohani 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Isi nta mpamvu ifise yo kubanka, mugabo jewe iranyanka, kuko nshinga intahe ku biyerekeye yuko ibikorwa vyayo ari bibi+.
5 “‘Mu gihe na ho umuntu+ acumuye mu kuba yumvise imivumo+ ivuzwe icese, akaba ari icabona canke yabibonye canke yabimenye, natabimenyesha+, azotegerezwa kwishura ikosa ryiwe.
7 Isi nta mpamvu ifise yo kubanka, mugabo jewe iranyanka, kuko nshinga intahe ku biyerekeye yuko ibikorwa vyayo ari bibi+.