1 Samweli 3:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yehova ahamagara rero Samweli. Na we avuga ati: “Ndi hano+.” Yesaya 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ntangura kwumva ijwi rya Yehova rivuga riti: “Ntume nde, kandi ni nde atugira+?” Ndaheza mvuga nti: “Ndi hano! Ntuma+.”
8 Ntangura kwumva ijwi rya Yehova rivuga riti: “Ntume nde, kandi ni nde atugira+?” Ndaheza mvuga nti: “Ndi hano! Ntuma+.”