ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuri ivyo avuga ati: “Wakoze iki? Umviriza! Amaraso ya mwene wanyu ariko asemererera mu butaka antakambira+.

  • Itanguriro 42:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Maze Rubeni arabishura ati: “Sinababwiye nti: ‘Ntimucumure kuri uwo mwana’? Mugabo ntimwanyumvirije+. Ubu rero amaraso yiwe ng’ayo arishujwe+.”

  • Imigani 6:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 amaso yishira hejuru+, ururimi rw’ikinyoma+ n’amaboko asesa amaraso y’intungane+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika