Gusubira mu vyagezwe 25:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Mu gihe abavukana babana maze umwe muri bo agapfa ata gahungu agira, umugore w’uwo apfuye ntaze yabirwe hanze n’umugabo w’ahandi. Muramuwe aze agende aho ari amwabire, acure umugore wa mwene wabo+. Rusi 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko Nawomi avuga ati: “Subire inyuma, bakobwa banje. Kubera iki mwojana nanje? Mbega hari abahungu ngifise mu nda, ngo baze babe abagabo banyu+? Matayo 22:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 “Mwigisha, Musa yavuze ati: ‘Nihagira umuntu apfa ata bana asize, mwene wabo ategerezwa kwabira umugore wiwe, agahagurukiriza uruvyaro mwene wabo+.’
5 “Mu gihe abavukana babana maze umwe muri bo agapfa ata gahungu agira, umugore w’uwo apfuye ntaze yabirwe hanze n’umugabo w’ahandi. Muramuwe aze agende aho ari amwabire, acure umugore wa mwene wabo+.
11 Ariko Nawomi avuga ati: “Subire inyuma, bakobwa banje. Kubera iki mwojana nanje? Mbega hari abahungu ngifise mu nda, ngo baze babe abagabo banyu+?
24 “Mwigisha, Musa yavuze ati: ‘Nihagira umuntu apfa ata bana asize, mwene wabo ategerezwa kwabira umugore wiwe, agahagurukiriza uruvyaro mwene wabo+.’