Gusubira mu vyagezwe 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nimurondere abagabo b’inkerebutsi, b’ubwenge+ kandi bazi utuntu n’utundi+ bo mu miryango yanyu, kugira ndabagire abakuru banyu+.’ 1 Abakorinto 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Bitayeko, muri ivyo, ikironderwa mu babwiriza+ ni uko umuntu asangwa ari umwizigirwa+.
13 Nimurondere abagabo b’inkerebutsi, b’ubwenge+ kandi bazi utuntu n’utundi+ bo mu miryango yanyu, kugira ndabagire abakuru banyu+.’