Itanguriro 45:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Aho ni ho nzokuronkereza ibifungurwa, kuko hagisigaye imyaka itanu y’ikigoyi+; kugira ngo wewe n’inzu yawe n’ivyawe vyose ntimuje mu bukene.”’ Itanguriro 47:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kubera iki twogupfira mu maso+, n’amatongo yacu agacika umusaka? Twe n’amatongo yacu nutugure umukate+, maze twe n’amatongo yacu ducike abashumba ba Farawo; kandi uduhe imbuto kugira tubeho ntidupfe, n’amatongo yacu ntacike umusaka+.”
11 Aho ni ho nzokuronkereza ibifungurwa, kuko hagisigaye imyaka itanu y’ikigoyi+; kugira ngo wewe n’inzu yawe n’ivyawe vyose ntimuje mu bukene.”’
19 Kubera iki twogupfira mu maso+, n’amatongo yacu agacika umusaka? Twe n’amatongo yacu nutugure umukate+, maze twe n’amatongo yacu ducike abashumba ba Farawo; kandi uduhe imbuto kugira tubeho ntidupfe, n’amatongo yacu ntacike umusaka+.”