-
1 Abami 20:39Bibiliya y’isi nshasha
-
-
39 Umwami ariko ararengana, asemerera yerekeza ku mwami ati+: “Umusuku wawe yarasohotse aja aho urugamba rushushe; maze ehe umugabo umwe yariko arava aho batonze urugamba; anzanira rero umuntu hanyuma avuga ati: ‘Cunga uyu muntu. Akaramuka abuze, ubuzima bwawe+ buca ata kabuza busubira mu kibanza c’ubuzima bwiwe+, canke na ho urihe italanto y’ifeza+.’
-