ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 18:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ndabinginze, hatorwe amazi makeyi hanyuma mwozwe ibirenge+. Maze mwicare munsi y’igiti+.

  • Itanguriro 19:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Hanyuma avuga ati: “Ndabinginze rero batungwa, ndabinginze mukebereze mu nzu y’umusavyi wanyu, muharare kandi mwozwe ibirenge+. Maze muvyuke kare, mufate inzira mwigire+.” Na bo bavuga bati: “Oya, ahubwo mu kibanza ca bose ni ho turara+.”

  • 1 Samweli 25:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Buno nyene arahaguruka maze arunama mu maso hiwe hashika hasi+, hanyuma avuga ati: “Ehe umushumbakazi wawe ameze nk’umusukukazi wo kwoza ibirenge+ vy’abasuku b’umukama wanje+.”

  • Yohani 13:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Aho amariye kuboza ibirenge no kwambara impuzu yiwe yo hejuru akongera kwicara ku meza, ababwira ati: “Murazi ico ndabagiriye?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika