Itanguriro 24:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nya mugabo araza mu nzu, maze Labani atangura kwambura imigozi ingamiya no guha ibikumbi n’indya z’ibitungwa nya ngamiya, atanga n’amazi yo kwoza ibirenge vy’uwo mugabo n’ibirenge vy’abagabo bari kumwe na we+. Abacamanza 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko amwinjiza mu nzu iwe+, aha za ndogobwa+ ivyo zirya. Maze boga ibirenge+, batangura kurya no kunywa.
32 Nya mugabo araza mu nzu, maze Labani atangura kwambura imigozi ingamiya no guha ibikumbi n’indya z’ibitungwa nya ngamiya, atanga n’amazi yo kwoza ibirenge vy’uwo mugabo n’ibirenge vy’abagabo bari kumwe na we+.
21 Nuko amwinjiza mu nzu iwe+, aha za ndogobwa+ ivyo zirya. Maze boga ibirenge+, batangura kurya no kunywa.