Itanguriro 41:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Mugabo imyaka indwi y’ikigoyi izoza mu nyuma zayo, kandi umusesekara wose wo mu gihugu ca Misiri uzokwibagirwa, ikigoyi kiyogeze koko igihugu+.
30 Mugabo imyaka indwi y’ikigoyi izoza mu nyuma zayo, kandi umusesekara wose wo mu gihugu ca Misiri uzokwibagirwa, ikigoyi kiyogeze koko igihugu+.