Gusubira mu vyagezwe 10:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ba sogokuruza bawe bamanutse mu Misiri bari kumwe n’abantu mirongo irindwi+, none ubu Yehova Imana yawe yakugize nk’inyenyeri zo mu majuru mu bwinshi+.
22 Ba sogokuruza bawe bamanutse mu Misiri bari kumwe n’abantu mirongo irindwi+, none ubu Yehova Imana yawe yakugize nk’inyenyeri zo mu majuru mu bwinshi+.