Itanguriro 49:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Abo bose ni bo miryango cumi n’ibiri ya Isirayeli, kandi ivyo ni vyo se yababwiye ariko arabahezagira. Umwe wese yamuhezagiye akurikije umuhezagiro wiwe bwite+.
28 Abo bose ni bo miryango cumi n’ibiri ya Isirayeli, kandi ivyo ni vyo se yababwiye ariko arabahezagira. Umwe wese yamuhezagiye akurikije umuhezagiro wiwe bwite+.