Itanguriro 34:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bene Yakobo bakimara kuvyumva, baraza bavuye mu gahinga; maze abo bagabo barababara, barashavura cane+, kuko yari yakoreye ubusazi bw’agaterasoni Isirayeli mu kuryamana n’umukobwa wa Yakobo+, kandi ata kintu nk’ico gikwiye kugirwa+. Abaroma 12:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ntimwihore+, bakundwa, ahubwo muhe akaryo uburake+; kuko vyanditswe ngo: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko, ni ko Yehova avuga+.”
7 Bene Yakobo bakimara kuvyumva, baraza bavuye mu gahinga; maze abo bagabo barababara, barashavura cane+, kuko yari yakoreye ubusazi bw’agaterasoni Isirayeli mu kuryamana n’umukobwa wa Yakobo+, kandi ata kintu nk’ico gikwiye kugirwa+.
19 Ntimwihore+, bakundwa, ahubwo muhe akaryo uburake+; kuko vyanditswe ngo: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko, ni ko Yehova avuga+.”