Abacamanza 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Muri ico gihe, hari umugabo umwe w’i Zora+, wo mu muryango w’Abadani+, akaba yitwa Manowa+. Umugore wiwe yari ingumba; nta mwana yari yaravyaye+. Abacamanza 13:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Haciye igihe, nya mugore yibaruka umuhungu maze amwita Samusoni+; nya muhungu aguma akura, Yehova na we abandanya kumuhezagira+. Abacamanza 15:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko acira imanza Isirayeli mu misi y’Abafilisitiya, imyaka mirongo ibiri+.
2 Muri ico gihe, hari umugabo umwe w’i Zora+, wo mu muryango w’Abadani+, akaba yitwa Manowa+. Umugore wiwe yari ingumba; nta mwana yari yaravyaye+.
24 Haciye igihe, nya mugore yibaruka umuhungu maze amwita Samusoni+; nya muhungu aguma akura, Yehova na we abandanya kumuhezagira+.