Gusubira mu vyagezwe 33:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuri Gadi na ho avuga+ ati:“Arahezagiwe uwagura imipaka ya Gadi+.Azokwiberaho nk’intambwe+,Kandi azotabagura ukuboko, mbere n’urutwariro+. Yosuwa 13:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ca gice kindi c’umuryango hamwe n’Abarubeni n’Abagadi, batoye intoranwa yabo Musa yabahaye ku ruhande rwa Yorodani ruri amaja mu buseruko, nk’uko nyene Musa umusavyi wa Yehova yari yayibahaye+,
20 Kuri Gadi na ho avuga+ ati:“Arahezagiwe uwagura imipaka ya Gadi+.Azokwiberaho nk’intambwe+,Kandi azotabagura ukuboko, mbere n’urutwariro+.
8 Ca gice kindi c’umuryango hamwe n’Abarubeni n’Abagadi, batoye intoranwa yabo Musa yabahaye ku ruhande rwa Yorodani ruri amaja mu buseruko, nk’uko nyene Musa umusavyi wa Yehova yari yayibahaye+,