Gusubira mu vyagezwe 33:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kuri Asheri na ho avuga+ ati:“Asheri arahezagijwe abana+.Nacike uwushimwa na bene wabo+,N’uwuvobeka ikirenge ciwe mu mavuta+. Yosuwa 19:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze ubupfindo+ bugira gatanu busohoka ku bw’umuryango wa bene Asheri+ hakurikijwe imiryango yabo. 1 Abami 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi Salomo yari afise ivyariho cumi na bibiri kuri Isirayeli yose, bakaba baronsa ibifungurwa umwami n’urugo rwiwe. Umwe wese yari ajejwe ibanga ryo kubaronsa ibifungurwa ukwezi kumwe mu mwaka+. 1 Abami 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Bayana mwene Hushayi: muri Asheri+ n’i Beyaloti;
24 Kuri Asheri na ho avuga+ ati:“Asheri arahezagijwe abana+.Nacike uwushimwa na bene wabo+,N’uwuvobeka ikirenge ciwe mu mavuta+.
24 Maze ubupfindo+ bugira gatanu busohoka ku bw’umuryango wa bene Asheri+ hakurikijwe imiryango yabo.
7 Kandi Salomo yari afise ivyariho cumi na bibiri kuri Isirayeli yose, bakaba baronsa ibifungurwa umwami n’urugo rwiwe. Umwe wese yari ajejwe ibanga ryo kubaronsa ibifungurwa ukwezi kumwe mu mwaka+.